"HEALING RAIN" na "NIPE NGUVU" N`indirimbo zibiri nshasha za KIDUM
Nyuma
yigihe gito atahutse avuye mu biteramo yakoreye mu gihugu c`ububirigi
,uyo muririmvyi yashize ahabona indirimbo zibiri yataziriye "HEALING
RAIN" bisigura imvura y`agakiza , iyo nayo akaba yayikoranye n`umunye
congo asanzwe aba mu gihugu ca Afrika yepfo na "NIPE NGUVU" Nkuko uyo
muririmvyi yabimenyesheje ikinyamakuru canyu avuga ko izo ndirimbo zije
kuremesha abarundi .
KIDUM
akaba asaba abamenyeshamakuru babarundi ko bohimiriza amahoro kugira
ngo abobose bafise umutima wo gutoba igihugu bateshwe bate.
ConversionConversion EmoticonEmoticon